Bibiliya n’Inyigisho-Ikirundi

Bibiliya n’Inyigisho-Ikirundi

  • 33.7 MB

    حجم الملف

  • Android 5.1+

    Android OS

عن Bibiliya n’Inyigisho-Ikirundi

Tumenya Ubugeni n'Ubwenge bw'Ivyanditswe Vyera

Niwiyegereze inyigisho z’Imana ukoresheje porogaramu yacu y’inyigisho za Bibiliya. Iyo porogaramu ni nziza cane kubantu bipfuza Gutahura Bibiliya neza، kandi ikuyobora mu bitabo no mu bice vyose vyayo muburio bworoshe kandibutomoye. Ukoresheje uburyo bwo gusoma canke kwumva n'aho ata internet ufise, ijambo ry'Imana Rizoba hafi yawe, aho uri خرطوم.

إيبينتو في إنجنزي:

Ivyanditswe n’Ijwi Soma canke wumve Ivyanditswe vyera muburio buhura neza n'umutima wawe. Ibitabo biraboneka mu nyandiko no mu majwi، bikakurekurira kumva neza Ijambo ry'Imana mu Kirundi. Shiramwo ibice mu kubikoresha ata internet — ntagikenewe kuba ufise internet.

إنيجيشو زا بيبيليا

Kura mu vy'Imana usomye inyigisho zikwirikirana ku bitabo no ku bice vyose. Wumve umuco n’inyigisho bisobanura, bigufasha kugira ubumwe bw’ukuri n’Imana.

جوسوما كانكي كوومفا آتا الإنترنت

Guma hafi y’Ijambo ry’Imana n’aho ata internet ufise. Shiramwo ivyo ukeneye kugira ngo bigushikire igihe cose, waba ufise canke udafise internet.

سانجيرا إيفيانديتسوي

Sangira ubwenge b'Imana n'incuti n'umuryango. Mu gukorako rimwe gusa, raba ko uhereza ivyanditswe vyawe nk’inyigisho, ikiyago, n'inkomezi mu rugendo rw’abandi.

إبيكوروا فيوروهي أبانتو

Genda neza muri Bibiliya no mu nyigisho ukoresheje igisohokayakorwa coroshe kandi kinoshereye abakoresha. Hinyanyura ubunini bw'inyandiko، shiramwo uburyo bwo gusoma mw'ijoro، canke teremura ibintu bishopora kwibutswa mu vyanditswe، kugira ngo uboneko ugusoma neza kwihariye.

Niwishire uno Musi kugira utangure urugendo rukomeye rw’inyigisho za Bibiliya no gukura mu vy’Imana. بعد أن قمت بتسليمها إلى شركة ISM Inc.، قررت أن أساعدك في الحصول على المزيد من المال إذا كنت ترغب في الحصول على أوبونتو، مما يتيح لك الوصول إلى أكبر حجم ممكن. Tubwire ukuntu iyi porogaramu igufashije!

عرض المزيد

What's new in the latest 0.0.6

Last updated on 25/02/2025
Minor bug fixes and improvements. Install or update to the newest version to check it out!
عرض المزيد

فيديوهات ولقطات الشاشة

  • Bibiliya n’Inyigisho-Ikirundi الملصق
  • Bibiliya n’Inyigisho-Ikirundi تصوير الشاشة 1
  • Bibiliya n’Inyigisho-Ikirundi تصوير الشاشة 2
  • Bibiliya n’Inyigisho-Ikirundi تصوير الشاشة 3
  • Bibiliya n’Inyigisho-Ikirundi تصوير الشاشة 4
  • Bibiliya n’Inyigisho-Ikirundi تصوير الشاشة 5
  • Bibiliya n’Inyigisho-Ikirundi تصوير الشاشة 6
  • Bibiliya n’Inyigisho-Ikirundi تصوير الشاشة 7

معلومات Bibiliya n’Inyigisho-Ikirundi APK

احدث اصدار
0.0.6
Android OS
Android 5.1+
حجم الملف
33.7 MB
Available on
تنزيلات APK آمنة وسريعة على موقع APKPure
يستخدم APKPure التحقق من التوقيع لضمان تقديم تنزيلات خالية من الفيروسات لـ Bibiliya n’Inyigisho-Ikirundi APK لك.

الإصدارات القديمة لـ Bibiliya n’Inyigisho-Ikirundi

APKPure أيقونة

قم بتنزيل سريع وآمن بالغاية عبر تطبيق APKPure

قم بتثبيت ملفات XAPK/APK بنقرة واحدة على أندرويد!

تحميل APKPure
thank icon
We use cookies and other technologies on this website to enhance your user experience.
By clicking any link on this page you are giving your consent to our Privacy Policy and Cookies Policy.
Learn More about Policies