Lumitel TV

Lumitel TV

  • 6.0

    1 Rezensionen

  • 11.7 MB

    Dateigröße

  • Android 4.2+

    Android OS

Über Lumitel TV

Ushobora kuraba amareresi bita Filme, tereviziyo ikibiriraho, imiziki ...

Ukoresheje iterefone smartphone n’ikarata simu ya Lumitel, ushobora kuraba amareresi bita Filme, imiziki, ama video, umupira w'amaguru.

Ca kuri http://lumiteltv.bi/ canke utore anwendung uciye kuri App Store canke Google play

Shiramwo WIFI canke connexion kugira mukoreshe Lumitel TV (Lumitel ibarekurira gukoresha gisata ku buntu ata ma mega mukoresheje gushika italiki 31/5/2019).

Ingene umunywanyi arihishwa mu gukoresha igisata Lumitel TV: Kuva 06/2019

Ushobora gukoresha iki gisata ku munsi / ku ndwi / ku kwezi bivanye nivyo umunywanyi uhisemwo

Umunywanyi arasabwa kwemeza ivyo ashaka gushiramwo mu ntambwe 2

Umunywanyi ahejeje guhitamwo ivyo ashaka, araheza akarihishwa bivanye n'imitekero yahisemwo kandi birisubiriza

Kurihishwa: Umunywanyi abandanya akoresha igisata ku munsi yamaze kurihishwa

Kutarihishwa: Umunywanyi ashobora kubandanya akoresha iki gisata mu minsi 30 atarariha. Inyuma yaho atarishe iki gisata kirahagarikwa ivy'agateganyo. Haheze iminsi 60 umunywanyi atarariha iki gisata kiraheza kigahagarikwa burundu kuruwo munywanyi atarishe.

Mehr anzeigen

What's new in the latest 1.0.4

Last updated on 2020-07-26
Kuraba ama tereviziyo atandukanye, filme na video ushaka.
Mehr anzeigen

Videos und Screenshots

  • Lumitel TV Plakat
  • Lumitel TV Screenshot 1
  • Lumitel TV Screenshot 2
  • Lumitel TV Screenshot 3

Alte Versionen von Lumitel TV

APKPure Zeichen

Superschnelles und sicheres Herunterladen über die APKPure-App

Ein Klick zur Installation von XAPK/APK-Dateien auf Android!

Download APKPure
thank icon
We use cookies and other technologies on this website to enhance your user experience.
By clicking any link on this page you are giving your consent to our Privacy Policy and Cookies Policy.
Learn More about Policies