Lumitel TV
Acerca del Lumitel TV
Ushobora kuraba amareresi bita Películas, tereviziyo ikibiriraho, imiziki ...
Ukoresheje iterefone smartphone n’ikarata simu ya Lumitel, ushobora kuraba amareresi bita Películas, tereviziyo ikibiriraho, imiziki, ama video, umupira w'amaguru.
Ca kuri http://lumiteltv.bi/ aplicación canke utore uciye kuri App store canke Google play
Shiramwo Wi-Fi Canke conexión kugira mukoreshe Lumitel TV (Lumitel ibarekurira gukoresha iki gisata ku buntu ata mega mukoresheje gushika italiki 31/5/2019).
Ingene umunywanyi arihishwa mu gukoresha igisata Lumitel TV: Kuva 06/2019
Ushobora gukoresha iki gisata ku munsi / ku ndwi / ku kwezi bivanye nivyo umunywanyi uhisemwo
Umunywanyi arasabwa kwemeza ivyo ashaka gushiramwo mu ntambwe 2 (Umunywanyi ahamagarigwa gufyonda kuri EGO aciye muri WAP canke Solicitud)
Umunywanyi ahejeje guhitamwo ivyo ashaka, araheza akarihishwa bivanye n'imitekero yahisemwo kandi birisubiriza
Kurihishwa: Umunywanyi abandanya akoresha igisata ku munsi yamaze kurihishwa
Kutarihishwa: Umunywanyi ashobora kubandanya akoresha iki gisata mu minsi 30 atarariha. Inyuma yaho atarishe iki gisata kirahagarikwa ivy'agateganyo. Haheze iminsi 60 umunywanyi atarariha iki gisata kiraheza kigahagarikwa burundu kuruwo munywanyi atarishe.
Novedades más recientes 1.0.4
Información de Lumitel TV APK
Versiones Antiguas de Lumitel TV
Lumitel TV 1.0.4
Lumitel TV 1.0.3
Lumitel TV 1.0.2
Descarga rápida y segura a través de APKPure App
¡Un clic para instalar archivos XAPK/APK en Android!