Giới thiệu về Lumitel TV
Ushobora Kuraba amareresi bita Filme, tereviziyo ikibiriraho, imiziki ...
Ukoresheje iterefone smartphone n hèikarata simu ya Lumitel, ushobora Kuraba amareresi bita Filme, tereviziyo ikibiriraho, imiziki, video ama, umupira w'amaguru.
Ca kuri http://lumiteltv.bi/ canke utore ứng dụng uciye kuri Cửa hàng ứng dụng canke Google play
Shiramwo WIFI cankeion liên kết kugira mukoreshe Lumitel TV (Lumitel ibarekurira gukoresha iki gisata ku buntu ata ma mega mukoresheje gushika italiki 31/5/2019).
Ingene umunywanyi arihishwa mu gukoresha igisata Lumitel TV: Kuva 06/2019
Ushobora gukoresha iki gisata ku munsi / ku ndwi / ku kwezi bivanye nivyo umunywanyi uhisemwo
Umunywanyi arasabwa kwemeza ivyo ashaka gushiramwo mu ntambwe 2 (Umunywanyi ahamagarigwa gufyonda kuri EGO aciye muri Ứng dụng Wap canke)
Umunywanyi ahejeje guhitamwo ivyo ashaka, araheza akarihishwa bivanye n'imitekero yahisemwo kandi birisubiriza
Kurihishwa: Umunywanyi từ bỏ akoresha igisata ku munsi yamaze kurihishwa
Kutarihishwa: Umunywanyi ashobora kubandanya akoresha iki gisata mu minsi 30 atarariha. Inyuma yaho atarishe iki gisata kirahagarikwa ivy'agargetanyo. Haheze iminsi 60 umunywanyi atarariha iki gisata kiraheza kigahagarikwa burundu kuruwo munywanyi atarishe.
What's new in the latest 1.0.4
Thông tin APK Lumitel TV
Phiên bản cũ của Lumitel TV
Lumitel TV 1.0.4
Lumitel TV 1.0.3
Lumitel TV 1.0.2

Tải xuống siêu nhanh và an toàn thông qua Ứng dụng APKPure
Một cú nhấp chuột để cài đặt các tệp XAPK/APK trên Android!