Lumitel TV

Lumitel TV

Viettel Burundi (Lumitel)
2020年07月26日
  • 6.0

    1 评论

  • 11.7 MB

    文件大小

  • Android 4.2+

    Android OS

关于Lumitel TV

Ushobora kuraba amareresi bita Filme,tereviziyo ikibiriraho,imiziki ...

Ukoresheje iterefone智能手机n'ikarata simu ya Lumitel,ushobora kuraba amareresi bita Filme,tereviziyo ikibiriraho,imiziki,ama video,umupira w'amaguru。

Ca kuri http://lumiteltv.bi/ canke utore application uciye kuri App store canke Google play

Shiramwo WIFI canke connexion kugira mukoreshe Lumitel TV(Lumitel ibarekurira gukoresha iki gisata ku buntu ata ma mega mukoresheje gushika italiki 31/5/2019)。

Ingene umunywanyi arihishwa mu gukoresha igisata Lumitel TV:Kuva 06/2019

Ushobora gukoresha iki gisata ku munsi / ku ndwi / ku kwezi bivanye nivyo umunywanyi uhisemwo

Umunywanyi arasabwa kwemeza ivyo ashaka gushiramwo mu ntambwe 2(Umunywanyi ahamagarigwa gufyonda kuri EGO aciye muri WAP canke Application)

Umunywanyi ahejeje guhitamwo ivyo ashaka,araheza akarihishwa bivanye n'imitekero yahisemwo kandi birisubiriza

Kurihishwa:Umunywanyi弃权akoresha igisata ku munsi yamaze kurihishwa

Kutarihishwa:Umunywanyi ashobora kubandanya akoresha iki gisata mu minsi 30 atarariha。 Inyuma yaho atarishe iki gisata kirahagarikwa ivy'agateganyo。 Haheze iminsi 60 umunywanyi atarariha iki gisata kiraheza kigahagarikwa burundu kuruwo munywanyi atarishe。

更多

最新版本1.0.4的更新日志

Last updated on 2020年07月26日
Kuraba ama tereviziyo atandukanye, filme na video ushaka.
更多

视频和屏幕截图

  • Lumitel TV 海报
  • Lumitel TV 截图 1
  • Lumitel TV 截图 2
  • Lumitel TV 截图 3

Lumitel TV历史版本

Lumitel TV 1.0.4

11.7 MB2020年07月26日
下载

Lumitel TV 1.0.3

11.9 MB2019年06月05日
下载

Lumitel TV 1.0.2

53.1 MB2019年05月10日
下载
APKPure 图标

在APKPure上极速安全下载应用

一键安装安卓XAPK/APK文件!

下载 APKPure
thank icon
We use cookies and other technologies on this website to enhance your user experience.
By clicking any link on this page you are giving your consent to our Privacy Policy and Cookies Policy.
Learn More about Policies