عن Lumitel TV
أوشوبورا كوربا أماريسي بيتا فيلميه ، تيريفيزيو إكيبيريراهو ، إيميزيكي ...
Ukoresheje iterefone smartphone n’ikarata simu ya Lumitel، ushobora kuraba amareresi bita Filme، tereviziyo ikibiriraho، imiziki، ama video، umupira w'amaguru.
Ca kuri http://lumiteltv.bi/ canke utore application uciye kuri App store canke Google play
Shiramwo WIFI canke connexion kugira mukoreshe Lumitel TV (Lumitel ibarekurira gukoresha iki gisata ku buntu ata ma mega mukoresheje gushika italiki 31/5/2019).
إنجين أومونيوي أريشوا مو غوكوريشا إيجيساتا Lumitel TV: Kuva 06/2019
Ushobora gukoresha iki gisata ku munsi / ku ndwi / ku kwezi bivanye nivyo umunywanyi uhisemwo
Umunywanyi arasabwa kwemeza ivyo ashaka gushiramwo mu ntambwe 2 (Umunywanyi ahamagarigwa gufyonda kuri EGO aciye muri WAP canke Application)
Umunywanyi ahejeje guhitamwo ivyo ashaka، araheza akarihishwa bivanye n'imitekero yahisemwo kandi birisubiriza
Kurihishwa: Umunywanyi abandanya akoresha igisata كو munsi yamaze kurihishwa
Kutarihishwa: Umunywanyi ashobora kubandanya akoresha iki gisata mu minsi 30 atarariha. Inyuma yaho atarishe iki gisata kirahagarikwa ivy'agateganyo. Haheze iminsi 60 umunywanyi atarariha iki gisata kiraheza kigahagarikwa burundu kuruwo munywanyi atarishe.
What's new in the latest 1.0.4
معلومات Lumitel TV APK
الإصدارات القديمة لـ Lumitel TV
Lumitel TV 1.0.4
Lumitel TV 1.0.3
Lumitel TV 1.0.2

قم بتنزيل سريع وآمن بالغاية عبر تطبيق APKPure
قم بتثبيت ملفات XAPK/APK بنقرة واحدة على أندرويد!