Lumitel TV

Lumitel TV

  • 6.0

    1 Ulasan

  • 11.7 MB

    Ukuran file

  • Android 4.2+

    Android OS

Tentang Lumitel TV

Ushobora kuraba amareresi bita Filme, tereviziyo ikibiriraho, imiziki ...

Ukoresheje iterefone smartphone nikikata simu ya Lumitel, ushobora kuraba amareresi bita Filme, tereviziyo ikibiriraho, imiziki, ama video, umupira w'amaguru.

Ca kuri http://lumiteltv.bi/ canke utore application uciye kuri App store canke Google play

Shiramwo WIFI canke connexion kugira mukoreshe Lumitel TV (Lumitel ibarekurira gukoresha iki gisata ku buntu ata ma mega mukoresheje gushika italiki 31/5/2019).

Ingene umunywanyi arihishwa mu gukoresha igisata Lumitel TV: Kuva 06/2019

Ushobora gukoresha iki gisata ku munsi / ku ndwi / ku kwezi bivanye nivyo umunywanyi uhisemwo

Umunywanyi arasabwa kwemeza ivyo ashaka gushiramwo mu ntambwe 2 (Umunywanyi ahamagarigwa gufyonda kuri EGO aciye muri WAP canke Application)

Umunywanyi ahejeje guhitamwo ivyo ashaka, Araheza akarihishwa bivanye n'imitekero yahisemwo kandi birisubiriza

Kurihishwa: Umunywanyi meninggalkan akoresha igisata ku munsi yamaze kurihishwa

Kutarihishwa: Umunywanyi ashobora kubandanya akoresha iki gisata mu minsi 30 atarariha. Inyuma yaho atarishe iki gisata kirahagarikwa ivy'agateganyo. Haheze iminsi 60 umunywanyi atarariha iki gisata kiraheza kigahagarikwa burundu kuruwo munywanyi atarishe.

Tampilkan Selengkapnya

What's new in the latest 1.0.4

Last updated on 2020-07-26
Kuraba ama tereviziyo atandukanye, filme na video ushaka.
Tampilkan Selengkapnya

Video dan tangkapan layar

  • Lumitel TV poster
  • Lumitel TV screenshot 1
  • Lumitel TV screenshot 2
  • Lumitel TV screenshot 3

Versi lama Lumitel TV

Lumitel TV 1.0.4

11.7 MBJul 25, 2020
Unduh

Lumitel TV 1.0.3

11.9 MBJun 5, 2019
Unduh

Lumitel TV 1.0.2

53.1 MBMay 9, 2019
Unduh
ikon APKPure

Pengunduhan Super cepat dan aman melalui aplikasi APKPure

Sekali klik untuk menginstal file XAPK/APK di Android!

Unduh APKPure
thank icon
We use cookies and other technologies on this website to enhance your user experience.
By clicking any link on this page you are giving your consent to our Privacy Policy and Cookies Policy.
Learn More about Policies